Igenekerezo rya 19 Ruhenshi ni umunsi ugira 170 w’umwaka w’2013. Hasigaye iminsi 195 kugira umwaka w’2013 urangire.
Ibikuru bikuru vyaranze kw’igenekerezo nk’iri
1979 : Amatora y’umukuru w’igihugu muri Mali yongera ikiringo Moussa
Traoré kugira arongore ico gihugu.
2007 : Mu Bufaransa hatanguzwa urubuga ngurukanabumenyi rwa YouTube.
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nk’iri

- Thomas J. Watson
1623 : Blaise Pascal, umuhinga mu biharuro,muri physique mu vyirwa
ndoramana w’umufaransa.
Norman Hinshelwood,umuhinga muri physique no muri chimie
akomoka mu Bwongereza. Akaba yaronse agashimwe kitiriwe Nobel muri
Chimie mu 1956.
1922 : Aage Niels Bohr, umuhinga muri physique akomoka muri Danemark.
Yaronse agashimwe kitiriwe Nobel ka physique mu 1975.
1936 : Shirley Goodman, umuririmvyikazi w’umunyamerika.
1941 : Václav Klaus, uwabaye umukuru w’igihugu ca Tcheque yatowe mu 2003.
1942 : Mouammar K

- Mouammar Kadafi
adhafi, uwahoze ari umukuru w’igihugu ca Lilibiya.
1945 : Aung San

- Aung S Suuki
Suu Kyi, uwutavuga rumwe na Leta ya Birimaniya. Yaronse
agashimwe kitiriwe Nobel k’amahoro mu 1991.
1948 : Nick Drake, umuririmvyi w’umwongereza.
1985 : Yannick Bokolo, umukinyi wa basket-ball w’umufaransa.
Abazwi cane bapfuye igenekerezo nk’iri
1918 : Francesco Baracca, umutariyano w’ umuhinga rutura muvyo indege.
1953 : Thomas J. Watson, umunyaerika

- Thomas J. Watson
yatanguje ishirahamwe IBM.
1997 : Bobby Helms, umuririmvyi w’umunyamerika.
2007 : José Luis Cantero, batazira El Fary,umuririmvyi akaba n’umukinyi
w’amareresi wo muri Espagne.
Ibihimbazwa
. Palawan (muri Philippines) : Umunsi mukuru wahariwe amashamba.
.Uruguay : Umunsi mukuru wahariwe abasokoru.