Inkuru za vuba
1 | 2 | 3 | 4
Kumenyekanisha
Twitter Feeds
Itarike 24 Ruhuhuma : Muri kahise

Igenekerezo rya 24 Ruhuhuma ni umunsi wa 43 w’umwaka w’2015. Hasigaye iminsi 344 ngo urangire.

Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri

45 imbere y’ivuka rya Yezu Kristu : Jules César atanguza ikirangaminsi gishasha cahavuye citirirwa izina ryiwe(calendier julien).
1555 : Charles Quint aratanga imihoho.

JPEG - 85.2 ko
Charles Quint

1918 : Estonie kironka intahe yo kwikukira.
1920 : Havuka umugambwe wa “Nazi” mu budagi. Umugambwe wari witwa ko ari uwabakozi b’abadagi wari urongowe na Adolph Hitler.
1966 : Kwame N’Krumah, umukuru w’igihugu wa mbere w’igihugu ca Ghana aratembegazwa ku butegetsi n’abasirikare mugihe yari mu rugendo rwakazi mu gihugu c’Ubushinwa.

Kwame N’Krumah

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1938 : Philip Knight, uwatanguje NIKE.

JPEG - 43.8 ko
Philip Knight

1971 : Pedro de la Rosa, umudereva w’imiduga y’amahiganwa muco bita Formule 1.
1989 : Anastasia Ivanenko, umunonotsi w’umurusiyakazi ahiganwa mu kwoga mu mabenga.

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

1990 : Malclom Forbes, uwigeze kuba umuyobozi mukuru w’ikinyamakuru Forbes.

JPEG - 27 ko
Malcolm Forbes

2001 : Claude Shannon, umuhinga mu biharuro w’umunyamerika.

Ronka amakuru muri Email