Inkuru Ziheruka

1 | 2 | 3 | 4

Inkuru Nyamukuru

Wari uzi ko

  • Ubushakashatsi bwerekana ko iyo umuntu atwenga cane kandi bikwiye, bimufasha kurangura neza imirimo

  • Ishavu rikabura ubwonko busanzwe arico cicaro c’ubugwaneza. Nico gituma iyo umuntu ashavuye avuga ukuri

  • Mu Buyapani umwana ari munsi y’imyaka cumi nta bibazo abazwa… kuko mu myaka itatu ya mbere umwana atanguye kwiga siyo gusuma ubwenge bw’umwana ariko niyo kumwigisha uburyo bwiza bwo kwakira ubumenyi.

  • Abantu bigumya mu gihe bashavuye bafise ubugabo kandi birabarinda ingwara ziterwa n’umutima

  • Rimwe na rimwe guca mu bigeragezo biratuma umuntu yiga guhinduka eka agaca n’ubwenge

  • Ubutegetsi bwa Maréchal Mobutu bwasenyutse kuwa 16 Rusama 1997. Kuva uwo munsi, Zaïre yahinduye amateka. Bukeye kw’igenekerezo rya 17, ingabo za AFDL zinjiranye intsinzi mu gisagara ca Kinshasa, zitabanje gutana mu mitwe n’abasirikare ba Zaïre

  • Mu bushakashatsi bwakozwe ku bantu bagera ku 404, abahinga bo kuri Kaminuza ya Greenwich, mu Bwongereza bemeje ko kunywa uturahuri tubiri tw’ibiyeri bigabanya ica kane c’ububabare bw’umubiri. Ubwo bushakashatsi bwarongowe na Docteur Trevor Thompson

  • Emmanuel Macron yatowe kumajwi 65,5% , uwo bahiganwa nawe Marine Le Pen yaronse 34,5%

g
g
g
g
g
g

Bahagaze Bate

BAHAGAZE NEZA
.
Glynis Carrel

yagenwe kugira aserukire vy’imfatakibanza ishirahamwe ry’Abarundi baba mu gihugu c’Ubushinwa.

.
Kajoline Sona

Umwigeme mwiza kandi aciye ubwenge w’umurundikazi

BAHAGAZE NABI
g
Igiporisi c’Uburundi cerekanye bane

bagirizwa urudandazwa rw’abigeme

g
Intamba mu rugamba

zatsindiwe muri Tanzaniya mu rukino rwa kivandimwe

Twitter

g
Mu Mateka: Itarike 16 Munyonyo

Igenekerezo rya 16 Munyonyo.

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1907: Oklahoma, uwabaye umukuru w’igihugu
1917: Georges Clemenceau, uwabaye umukuru w’igihugu c’Ubufaransa.

JPEG - 5.4 ko
Georges Clemenceau

1995: Liamine Zéroual, aratorwa ubugira kabiri ngo abe umukuru w’igihugu ca Algeriya.

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1922: José Saramago, umwanditsi akomoka muri Portugal. Yaronse agashimwe kitiriwe Nobel mu kwandika mu 1998.
1971: Aleksandr Popov, umunonotsi w’umurusiya ahiganwa mu mukino wo kwoga.

Aleksandr Popov

1976: Mario Barravecchia, umuririmvyi w’umubirigi.

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

1952: Charles Maurras, umumenyeshamakuru akaba n’umunyapolitike w’umufaransa.
2006: Milton Friedman, umuhinga w’umunyamerika muvyo ubutunzi. Yahawe agashimwe kitiriwe Nobel mu vyo ubutunzi mu 1976.

JPEG - 42.3 ko
Milton Friedman

Ibihimbazwa

. Umunsi mpuzamakungu wahariwe kwihanganiranira.

Kumenyekanisha