IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Bubanza : Amazu arenga 200 yasambutse n’imvura

Bubanza : Amazu arenga 200 yasambutse n’imvura

lundi 27 novembre 2017

Amakuru ava mu giporisi c’Uburundi amenyesha ko amazu 200 ariyo yasambutse muri komine ya Bubanza, hamwe n’amazu 43 yo muri komine Gihanga zose zo mu ntara ya Bubanza.

Umuvugizi w’igiporisi Pierre Nkurikiye amenyesha kandi ko abantu 3 bakomeretse muri komine ya Bubanza ,ibiraro 3 birabomoka,ibirasi vy’amashure 10 birasambuka ,amashengero 4 arabomoka hamwe na hegitare 17 z’imirima zononekaye.

Umuvugizi w’igiporisi Pierre Nkurikiye amenyesha ko muri Komine Gihanga hasambutse amazu yonyene.


BIKORIMANA Vianney

Messages

  • Turahojeje ba nyene Amazu yasambuwe n’umuyaga,Ministere ibijejwe bibereye mu biturire gusa no kwica,iki n’ikimenyetso c’intwaro mbi ya DD,akari inyuma karahinda

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.