IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Amashuri > Bujumbura : Amahiganwa ahuza amashure ageze mu gice ca nyuma

Bujumbura : Amahiganwa ahuza amashure ageze mu gice ca nyuma

samedi 24 Ntwarante 2018, par Egide NDUWIMANA

Ibibuga bitatu, ENS, ETS hamwe n’ikibuga c’i Gikungu aho benshi bita TOYOTA niho izo nkino ziriko zirabera, zikaba zihuza abahungu ukwabo n’abakobwa ukwabo.

Abo banyeshure bariko bakina bahiganira gutahukana igikombe, mu mupira w’amaguru, umupira w’amaboko (Basketball), Volleyball hamwe na Handball.

Vyitezwe ko imigwi izotwara igikombe izoba ironse amahirwe yo kuja mu mahiganwa y’abanyeshure bagize akarere ka Afrika y’ubuseruko yiswe FEASSA, ihiganwa rizobera mu gihugu c’Urwanda.


Oscar NDAYISHIMIYE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.