IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Bujumbura : Igitoro ca Essence gishobora kumara indwi kitabonetse

Bujumbura : Igitoro ca Essence gishobora kumara indwi kitabonetse

mardi 20 Kigarama 2016, par Egide NDUWIMANA

Ubukene bw’igitoro ca Essence buribonekeza mu gisagara ca Bujumbura, aho mu bibanza bidandarizwamwo ico gitoro haboneka imirongo miremire y’imiduga itondenze. Abandaza igitoro mu gisagara ca Bujumbura bamenyesha ko iyi ndwi ishobora guhera ico gitoro kitabonetse.

Abaguzi barondera ico gitoro, cane cane abakoresha imiduga ica amafaranga mu kwunguruza abantu, bashikiriza ko bariko bakora bahomba, kuko batonda umwanya munini, naho nyene bagataha uko baje, bene imiduga nabo bakabasaba amafaranga (Versement) batakoreye.

Abo bunguruza abantu basaba abajejwe igisata c’igitoro mu Burundi ko botorera inyishu ico kibazo c’ibura ry’igitoro, bagasaba kandi ko bobwirwa ukuri namba iryo bura ry’igitoro ryoba rifitaniye isano n’ibivugwa ko coba kigira kiduzwe igiciro.


IGIHE

Messages

  • OK barasubiriye kwimana igitoro? mwibuke amastation yugawe kubwukugarariza

  • Igitoro kibura gute kandi muraturiye Itanganyika ? muyivomere muri iyo miduga yanyu mwirurwa mwica abanyarwanda kandi ibyo mukenera iwanyu byose bintura hani munsi y’urugo iwannjye bije i Burundi!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!

  • Ndavye ukungene igitoro cabaye ndanse i buja nkaba nzi yuko ibidandazwa biza ino mu Burundi bica mu Rwanda, ndatakambiye Nyakubahwa Kagame President w’u Rwanda,ababarire Peter Nkurunziza ntibugare imipaka twoca duhona

  • navyo n’ugwanda rurimo kubitera??

  • Leta y’Uburundi Ko yibagiwe kutubwira Ko ari u Rwanda rwabiteye?

  • Pffffffff narababwiye buretse muraje muzambwira abazabihomberamo kwiterura numuturanyi muzi yuko ibicuruzwa byinshi bica mu Rwanda Ni nko gutema ishami ryigiti wicayeho. Buretse ibiciro byo guhaha bibazamikane ngo mukiri mu mambargo atampaye agaciro mwashyize ku Rwanda. Zero response zero intimidation....

  • Nagirankubaze nkebure wewe wiyita hicuburundi imvugoyawe iragayitse kuko uburundi ntibubayeho kubwa Kagame ,nawenyene arabizi .nawe niwaba uzukuburundi bumeze urazikwatariyo nzirayonyene yinjira muburundi! Uburundi buriho kubw IMANA sikubwumuntu .ucawumvanawe kowibeshe mumvugo.Kagame ntacabayabatumye be mumukura mukanwa kuko arafise ibimuhenze nawe ,sawa mwese abamutakivyo atabazumye muzakorwa nisoni umusi muzamubonuko mutamwibazaga!!IMANA izamuhembere imirimoyose akora murwanda nohanze yarwo kuko yoseyose irayireba.murakarama nyakubahwa KAGAME njyendakubaha kuko ntabwarijye wagushize kungoma.

  • @ Proud

    So Burundi has no fuel reserves? i cannot believe this. Ubwo se ko bajya basakuza ngo bamesa abantu, twa dusoda twabo twagenda na maguru kweli? Bigabo ati nibavome Tanganyika turebe? No kuroba indagara byarabananiye.

  • @nzovu reserve ivuye he ? Wibagiwe ko 2009 ari u Rwanda rwabapfuye agasoni rukabasindagiza rubishyurira imyenda yimyaka 3 ingana na miriyoni 550 zamanyarwanda yanshyirire mu marundi bari barimo EAC si u Rwanda rwagiye gutabara umujyi wahiye rukazimya none bamaze guhaga batangiye kwiterura ku muturanyi. Pfffffffff

  • Ariko abo banyarwanda bavuga nk’abatewe na dayimoni, kuki bivanga mu bintu vy’i Burundi? Kuko ikinyamakuru "igihe" kibaha ijambo?

  • Ukubura Kw ’igitoro Ca Essance Biva Kugusamara Kwajejwe Intwaro

  • @ Proud

    Urakoze cyane, yewe ntako turagize ngo abaturanyi bacu bagire aho bagera ariko akabaye icwende nuko. Ariya mafranga twayabishyuriye kugirango badasigara inyuma kuko ntabwo bumva ibujyanye na EAC economic integration baracyari mu kabindi gapfundikiye kitwa Burundi, ariko igihe kirageze ngo ibi tubireke. Watch this space brother and thanks a lot.

  • Amoko niyo agiye gutuma abarundi bamarana. None n’ibibazo economique birikuza... ejo bundi hazakurikiraho ibindi. Njye ikisentsa nukuntu bikoma ababiligi... barangiza bakagumana ngo hutu twa tutsi muri parlement yabo... kandi ari ababiligi babibigishije!

  • Ni basabe ikigorwe ama dollar agaruke ahandi ho inzara irabica ejo aho bukera

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.