Accueil > Amakuru > umutekano > Cankuzo : Inka zitandatu zakubiswe n’inkuba
 Cankuzo : Inka zitandatu zakubiswe n’inkuba
 Cankuzo : Inka zitandatu zakubiswe n’inkuba
				
				vendredi 26 janvier 2018
Amakuru dukesha umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano Pierre NKURIKIYE, amenyesha ko iyo nkuba yakubize nk’igihe c’isaha umunani z’umutaga kur’uyu wa kane.
Pierre NKURIKIYE amenyesha ko izo nka zari izo abantu babiri, umwe yitwa Sylvere uwundi yitwa Desire.
MUGISHA Van Naris
