Home > Amakuru > umutekano > Cankuzo –Murehe : Abantu 60 bariye imfungurwa zirimwo ubumara (...)
 Cankuzo –Murehe : Abantu 60 bariye imfungurwa zirimwo ubumara bagwaye
  Cankuzo –Murehe : Abantu 60 bariye imfungurwa zirimwo ubumara bagwaye
				
				Wednesday 3 October 2018, by
Amakuru dukesha umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano no kugwanya ibiza Pierre NKURIKIYE avuga ko 30 murabo bantu bariye izo mfungurwa bajanywe kw’ivuriro ry’i Murehe aho mu ntara ya Cankuzo.
Ayo makuru abandanya avuga ko amatohoza kuvyerekeye abo bantu ariko arabandanya.
IGIHE

Forum posts
10 October 2018, 20:04, by Stanslaus
Tubipfurije gukira ningoga
11 October 2018, 22:41, by Ferdinand
NI HATALI KWELI ! KUBONA HAPFA ABANYACANKUZO GUSA ! MANA DUFASHE KANDI UTUZIGAMIRE ABASIGAYE .