IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Colonel BARATUZA : "Nta musirikare wo mw’ikambi y’i Mujejuru yatorotse"

Colonel BARATUZA : "Nta musirikare wo mw’ikambi y’i Mujejuru yatorotse"

vendredi 3 Ruhuhuma 2017, par Egide NDUWIMANA

Umuvugizi w’igisirikare c’Uburundi Colonel Gaspard BARATUZA arabeshuza amakuru avugwa ko hari abasirikare batorotse bava mw’ikambi y’i Mujejuru muri Brigade y’ijana na mirongo ibiri.

Mu gihe amakuru aca ku mbuga ngurukanabumenyi zitandukanye abandanya kuvuga ko hari abasirikare b’i Mujejuru batorotse bihereza ishamba, umuvugizi w’igisirikare c’Uburundi arabihana.

Colonel Gaspard BARATUZA avuga ko abo basirikare babonetse mw’ishamba kuri uwu wa gatatu ari intwazangabo zo mu biro bikuru vya gisirikare zari mu nyigisho hafi y’ikambi ya Mujejuru, agasigura ko ari gituma hari abasirikare baboneka bari mw’ishamba.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.