IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Gitega : Ibiro vya Posita Bugendana vyibwe imiriyoni 40 z’amarundi

Gitega : Ibiro vya Posita Bugendana vyibwe imiriyoni 40 z’amarundi

mardi 28 novembre 2017

Amakuru ava aho i Bugendana amenyesha ko gushika mu gatondo ko kur’uyu wa kabiri batari bwamenye uko vyagenze kugira ayo mafaranga yibwe.

Mu giporisi bamenyesha ko batanguye amatohoza kugira bamenye uwivye ayo mafaranga n’uburyo yibwemwo.

Haheze iminsi 20 gusa ibiro vya posita muri komine Makebuko, aho mu intara ya Gitega vyibwe imiriyoni 10 z’amarundi, ariko inyuma y’umunsi umwe, umunyabigega n’uwari ajejwe kuhacunga bahavuye bafatwa.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.