IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Gitega : Imiriyoni 10 z’amarundi zibwe muri posita ya Makebuko

Gitega : Imiriyoni 10 z’amarundi zibwe muri posita ya Makebuko

jeudi 9 novembre 2017

Amakuru ava i Makebuko, amenyesha ko umurwi w’abasuma baratamenyekana wasituye winjira muri posita, uca wugurura amasandugu abikwamwo amafaranga, abo basuma biba imiriyoni 10 z’amarundi.

Ayo makuru nyene amenyesha ko uwikekwa cane muri ubwo busuma ari umunyezamu yari acunze ibiro vya posita, kuko ayo mafaranga amaze kwibwa atasubiriye kuboneka, n’ubu akaba akironderwa.

Abajejwe intwaro muri komine Makebuko baremeza ayo makuru, bakavuga ko amatohoza yamaze gutangura.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.