IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Gitega: Umugabo n’umwana wiwe bapfuye baguweko n’umusozi

Gitega: Umugabo n’umwana wiwe bapfuye baguweko n’umusozi

mardi 1er Myandagaro 2017

Amakuru ava ku mutumba Buga, amenyesha ko NISHURUBUSA Gervais w’imyaka 60 hamwe n’umwana wiwe yari azwi kw’izina rya Richard w’imyaka 10 bitavye Imana nk’isaha zine kuri uno wa mbere igenekerezo rya 31 Mukakaro 2017.

Ayo makuru nyene amenyesha ko uko ari babiri bitavye Imana,inyuma yaho umusozi uhenukiye ukabagwako, mu gihe bariko barondera umusenyi.

Amakuru ava mu bajejwe umutekano muri zone Maramvya,amenyesha ko bashitse ahabereye iryo sanganya,imbere yuko bashingurwa.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.