Accueil > Amakuru > umutekano > Gitega : Umuntu yoba yahitanwe n’ingwara yatowe ikiziga
 Gitega : Umuntu yoba yahitanwe n’ingwara yatowe ikiziga
 Gitega : Umuntu yoba yahitanwe n’ingwara yatowe ikiziga
				
				mardi 18 Mukakaro 2017, par
Mu giporisi mu ntara ya Gitega bavuga ko amatohoza bakoze yerekana ko uwo muntu yitavye Imana yoba yahitanwe n’ingwara.
Abanyagihugu begereye ahatowe ico kiziga bamenyesha ko uwo muntu bahora bamubona, kandi ko ikiizga ciwe ata kimenyetso coba cerekana ko yishwe canke yagiriwe nabi.
IGIHE
