IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Gitoko : Abantu 39 barimwo umunyarwanda nibo bafashwe

Gitoko : Abantu 39 barimwo umunyarwanda nibo bafashwe

vendredi 19 Rusama 2017, par Egide NDUWIMANA

Abajejwe intwaro muri komine Musaga bavuga ko abo bafashwe ari abatari banditswe mu makaye y’ingo. Muri abo 39, abagera kuri 34 bafashwe kuri uwu wa kane, mu gihe batanu barimwo uwo munyarwanda bafashwe muri iryo joro, umusi haterwa gerenade yahitanye abantu batatu b’abanywanyi b’umugambwe CNDD FDD.

Muri ico gitero cakozwe, n’abandi bantu batatu barakomeretse.

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.