IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Ifoto y’umunsi

Ifoto y’umunsi

mardi 22 Munyonyo 2016, par Egide NDUWIMANA

JPEG - 33.5 ko
Mu birori vy’ukubisikanya hagati y’umuhuza w’Abarundi yahahora, Mohamed RUKARA, hamwe na Edouard NDUWIMANA yatowe kuri uwu wa mbere

IGIHE

Messages

  • Uyo numugabo kweli nduwimana,ace atubariza rukara iyo yahora

  • Mumateka Muhamed Rukara ntituzomwibagira kwariwe yabaye uwambere kubwiyo position yubuhuza.
    Ndagukunda waravyifashemwo neza canecane igihe urwariye ukajakwivureza mububikigi maze abaraho bakacabagukubeta ngo ucusaba ubuhungiro ngokuko muburundi aramahoro ariyo ariko ukabarahira atinjigira mitende ndataha mugihugu canje camavukiro.

  • turamukeje umuhuza mushasha kandi turabashimiye komubisikanye mukanyamuneza ntangere

  • vyari vyiza, murashajije kweri. ariko Imana izobarandura ahabomujejwe arukubanunuza atakigongwe mwumva. ahomutagitinya gutoza mayibobo wo mwibarabara umwe atega amaboko araba uwomufasha, kugira muyagayage. vykuri umuntu asenga arabona icomurico. OOOH JUSAS, JUSAS, JUSAS

  • MAHORO W, NIWISHIME WITERERE HEJURU ABO URABASUMBA, HARUMUSI ATAKARAVATE ZIZOKORA. TURABIZ HEWE AHONUWUGUZE IKIRO CIFU ABAHAKO, ATI IFU NIVOKA URABAHAKO WW URYA IGISHISHWA, IKIJUMBU

  • nta foto y’umunsi mbonye ngaho pu

  • Uwo mumenja ngo numuhuza nagende hariya, ntavyubuhuza akwiye nukuri ahubwo yarakwiye kwambikwa umudari wikimaramare!.Ako nagahembo yahawe kuko asazwe azi gusambura igihugu, uyo uyo nagende gufatanya nankurunziza kwica nivyazigusa.Uwo ukondamuzi ntabuhuza ashoboye kuko ntajambo afise, nayumuhuza ategerezwa kubafise ijambo nyukuri ryokubaka igihugu. Nayo uyo namacakubiri gusa niyo yamwuzuye mumutwe nubwo abanyamye arota amacakubiri, ntaciza yigera arota mundoto ziwe. Igihugu kiraguye mukaga nivyahuha bigiye guhuhuka, mubana bankurunziza ntaciza covayo habanintete..............

  • yaturiyeisoko nkuru yabujumbura akabeshera Imana ngo niyoyayituriye ngo hubakwe nshasha none ngo ajekuba umuhuza ivyiwe turabizi ariko araneganega aho yaneguwe

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.