IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Inama idasanzwe y’abashikiranganji b’Uburundi yakoranye

Inama idasanzwe y’abashikiranganji b’Uburundi yakoranye

mardi 24 Gitugutu 2017, par Egide NDUWIMANA

Muri iyo nama nshikiranganji, Reta y’Uburundi irasuzuma kandi icegeranyo yahawe n’umurwi w’igihugu ujejwe ivyohinduka mw’ibwirizwa shingiro ry’Uburundi.

Abagize Reta y’Uburundi barigira hamwe n’ivyosabwa kugira umunyeshure wo muri Kaminuza y’Uburundi ahabwe ingurane (Pret-Bourse), hamwe n’ingene abo banyeshure bazoriha iyo ngurane bazoba bahawe.

Ivyavuye muri iyo nama idasanzwe y’abashikiranganji, turabigarukako mu makuru yacu yo hanyuma.

Ibiriko birigirwa muri iyo nama nshikiranganji idasanzwe


Egide NDUWIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.