IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Indwi yahariwe abarundi baba mu mahanga itegekanijwe kw’igenekerezo rya 24 (...)

Indwi yahariwe abarundi baba mu mahanga itegekanijwe kw’igenekerezo rya 24 gushika kurya 27 Mukakaro

samedi 2 juin 2018

Mw’ikete umushikiranganji w’imigenderanire y’Uburundi n’ayandi makungu, Ezechiel NIBIGIRA yandikiye umurwi nshingwabikorwa w’ihuriro ry’abarundi baba hanze y’igihugu, amenyesha ko bashima uko abarundi baba hanze bitavye mu mwaka wa 2014 n’uwa 2017.

Umushikiranganji w’imigenderanire y’Uburundi n’ayandi makungu, asaba umurwi nshingwabikorwa gutegura ikiganiro ku ruhara rw’abarundi baba mu mahanga mw’iterambere ry’igihugu, no gutegura urutonde rw’abazokwitaba ico gikorwa.

Indwi yahariwe abarundi baba mu mahanga y’umwaka wa 2018, itunganijwe ku civugo : ‘’Uruhara rw’abarundi baba mu mahanga mw’iterambere.’’


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.