Accueil > Amakuru > u Burundi > Intwazangabo zitatu zirukanywe mu gisirikare c’Uburundi
 Intwazangabo zitatu zirukanywe mu gisirikare c’Uburundi
 Intwazangabo zitatu zirukanywe mu gisirikare c’Uburundi
				
				jeudi 13 Mukakaro 2017
Abo birukanywe ni Major Clement HAMENYIMANA,Major Flora KWIZERA na Capitaine Evariste NKUYEHASI.
Izo ntwazangabo zitatu zirukanywe hisunzwe amadosiye ajanye n’intwaro hamwe n’indero araba abo basirikare,hisunzwe kandi ivyasabwe n’umushikiranganji wo kwivuna abansi n’abahoze ku rugamba.
MUGISHA Van Naris

Messages
13 Mukakaro 2017, 21:26, par NDACAYISENGA