IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Ishirahamwe ry’ukwibuka incungu zo mu myiyerekano yo mu 2015 ryemerewe (...)

Ishirahamwe ry’ukwibuka incungu zo mu myiyerekano yo mu 2015 ryemerewe gukora

jeudi 4 Rusama 2017, par Egide NDUWIMANA

Ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu bwemereye gukorera ku mugaragaro ishirahamwe ry’ukwibuka incungu zo mu myiyerekano yo mu 2015 (APM2015 : Association pour la Mémoire des Martyrs des Manifestations de 2015)

Itegeko ry’ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu ryemerera iryo shirahamwe gukora ku mugaragaro ryateweko umukono n’umushikiranganji Pascal BARANDAGIYE kuri uwu wa 3 Rusama 2015, rikaba ariko ritavuga izo ncungu zizokwibukwa izarizo.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.