IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Kayanza : Abagirizwa gushaka kwica umukuru w’umugambwe CNDD FDD baciriwe (...)

Kayanza : Abagirizwa gushaka kwica umukuru w’umugambwe CNDD FDD baciriwe gupfungwa imyaka 15

jeudi 8 février 2018

Abo banyeshuri babiri bari basanzwe biga kuri kaminuza yitiriwe imisozi (universite des collines) bagirijwe gushaka kwica umunyamabanga mukuru w’umugambwe CNDD FDD mu ntara ya Kayanza, bamuhaye uburozi.

Abo banyeshuri barahaka ivyo bagirizwa, bakamenyesha ko ata kintu na kimwe cari gutuma bica umuntu ataco bapfa.

Umushingwamanza w’abo banyeshuri babiri amenyesha ko ico gihano bahawe ari kinini, afatiye ko n’ico caha bagirizwa kitabaye, ahubwo bagirizwa ko bashatse kugikora gusa.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.