IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > umutekano > Kayanza – Kabarore :Umugabo n’umugore bishwe

Kayanza – Kabarore :Umugabo n’umugore bishwe

Wednesday 19 September 2018, by vianney

Amakuru atangwa amenyeshako uyo Daniel NGENDAKUMANA yishwe yararongoye urwaruka ruhurikiye mu mugambwe CNDD FDD rwo muriyo zone ya Rugazi aho muri komine Kabarore.

Ayo makuru avuga ko gushika ubu abishe Daniel NGENDAKUMANA bataramenyekana.


IGIHE

Forum posts

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.