Accueil > Amakuru > u Burundi > Makamba : Abantu babiri bahitanwe n’amazi y’imvura
 Makamba : Abantu babiri bahitanwe n’amazi y’imvura
 Makamba : Abantu babiri bahitanwe n’amazi y’imvura
				
				lundi 13 Munyonyo 2017, par
Ayo mazi y’imvura yaguye kuri uwu wa gatandatu yarenze ikiraro c’uruzi Muguruka, muri komine Nyanza-Lac, intara ya Makamba, ahitana abantu babiri bitavye Imana.
 
 
 
 
Egide NDUWIMANA
