IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Makamba: Ikiziga c’umwana atamenyekanye catowe hafi y’uruzi Maragarazi

Makamba: Ikiziga c’umwana atamenyekanye catowe hafi y’uruzi Maragarazi

mercredi 30 Myandagaro 2017

Amakuru ava mu bajejwe intwaro muri komine Kibago, amenyesha ko uwo yatowe ari umwana w’umuhungu afise imyaka iri hagati ya 13 na 14, akaba yabonywe ubwa mbere n’abana bari baragiye inka.

Musitanteri wa komine Kibago yemeza ko uwo mwana atamenyekanye, ariko ko aca akora igikorwa co kumujana mu buruhukiro bw’ibitaro vy’intara ya Makamba, mu kurindira ko abo mu muryango wiwe baboneka.

Ico kiziga catowe ku muhingamo wo kuri uno wa kabiri igenekerezo rya 29 Myandagaro 2017.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.