IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Makamba : Umugabo yafatanwe inkoho hamwe n’amenyo 18 y’inzovu

Makamba : Umugabo yafatanwe inkoho hamwe n’amenyo 18 y’inzovu

mardi 28 Munyonyo 2017, par Egide NDUWIMANA

Mu giporisi bamenyesha ko uwafatanwe ivyo bintu yoba ari mu bakora urudandazwa rwa magendu mu gihugu ca Tanzaniya.

Bavugimana Tharcisse yagirizwa ivyo vyaha ari mu minwe y’igiporisi, bikaba bitegekanijwe ko ashikirizwa ubutungane, mu rubanza rw’ikibiriraho.


Egide NDUWIMANA

Messages

  • Abantu nkabo Nibo batuma abantu barara batahuniye.kweli uwo nukumutsira igihono gikwiye .Nejo nabandi ntibakore amabi nkayo .Yemwe yemwe nimb ufita ikigwaso munzu tanga hakiri kare.dukae kwa amani na upendo kama tanzania.muda wowote kuna amani.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.