Accueil > Amakuru > umutekano > Mpimba: Terefone ngendanwa 36 zafashwe mw’isakwa ryakozwe
 Mpimba: Terefone ngendanwa 36 zafashwe mw’isakwa ryakozwe
 Mpimba: Terefone ngendanwa 36 zafashwe mw’isakwa ryakozwe
				
				vendredi 7 Mukakaro 2017
Ivyafashwe muri ico gikorwa co gusaka, ni Terefone ngendanwa 36 n’ibikoresho vyo kuzishiramwo umuyagankuba 8.
 
Haraheze iminsi mike hibonekeza ibikorwa vyo gusaka mu mabohero atandukanye aho, hatorwa amaterefone ngendanwa,amacupa avamwo inzoga,amafaranga n’ibindi bikoresho bikoreshwa mw’ibohero.
MUGISHA Van Naris
