Accueil > Amakuru > u Burundi > Muramvya : Posita yo muri komine Rutegama yibwe
 Muramvya : Posita yo muri komine Rutegama yibwe
 Muramvya : Posita yo muri komine Rutegama yibwe
				
				mardi 20 Ntwarante 2018, par
Mu giporisi aho mu ntara ya Muramvya bamenyesha ko abivye ayo mafaranga buguruye bisanzwe n’urufunguruzo, kandi ko n’inzugi z’iyo Posita ataco zabaye. Abagirizwa ubwo busuma ntibaramenyekana.
Mu giporisi i Muramvya bavuga ariko ko abantu batatu bafashwe ku mvo z’amatohoza, umwe muribo ni uwari afise imfunguruzo umunsi iyo Posita yibwa.
Egide NDUWIMANA
