Accueil > Amakuru > umutekano > Mutakura : Ikiziga c’umwigeme catowe mu ruzi Kinyankonge
 Mutakura : Ikiziga c’umwigeme catowe mu ruzi Kinyankonge
 Mutakura : Ikiziga c’umwigeme catowe mu ruzi Kinyankonge
				
				lundi 4 Kigarama 2017, par
Uwo yatowe ikiziga ni umwigeme w’imyaka 18 azwi kw’izina rya Bigirimana Sandrine, mu giporisi bakavuga ko yari asanganwe ubumuga bwo mu mutwe.
Mu giporisi bamenyesha kandi ko ata kimenyetso na kimwe cerekana ko uwo mwigeme yoba yapfuye agandaguwe.
Egide NDUWIMANA
