Mwaro : Abanyeshure batandatu bakomerekejwe n’amabati y’ishure ryagurutse

Yanditswe na MUGISHA Van Naris
Kuya 12 Nyakanga 2017 saa 03:48
Yasomwe : 7263
0 0

Abanyeshuri batandatu bo kw’ishuri ryisumbuye ryo ku musozi Mpanuka, muri komine Ndava, intara ya Mwaro, nibo bakomeretse bahitanywe n’amabati y’amashuri yagurutse, igihe imvura yariko iragwa ku muhingamo wo kuri uwu wa kabiri.

Amakuru ava mu giporisi c’Uburundi amenyesha ko babiri muri abo banyeshuri batandatu bakomeretse cane.

Ayo mashuri agurutse inyuma y’iminsi ibiri gusa umwaka w’ishuri 2017 ushira uwa 2018 utanguye.


Kumenyekanisha

1
ruberintwari anaclet 13-09-2017 à 08:43

ivyo bibondo bizize inyubako mbi. akampinga yanje

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha