IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Mwaro : Umwana umwe yapfuye aguye mu kinogo c’amazi

Mwaro : Umwana umwe yapfuye aguye mu kinogo c’amazi

dimanche 8 avril 2018

Amakuru dukesha umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano Pierre NKURIKIYE, amenyesha ko uwo mwana azwi kw’izina rya NIYONGABO Onesphore yitavye Imana ku mugoroba wo kur’uno wa gatandatu igenekerezo rya 7 Ndamukiza 2018.

Pierre NKURIKIYE avugira ubushikiranganji bw’umutekano, amenyesha ko uwo mwana yaciye yitaba Imana ubwo nyene, ikiziga ciwe kikaba caciye kijanwa kw’ivuriro ritoya ryo ku mutumba Yanza.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.