IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Ngagara : Umwigeme yariko yitegurira kwubaka urwiwe yatowe ikiziga

Ngagara : Umwigeme yariko yitegurira kwubaka urwiwe yatowe ikiziga

mercredi 25 Ndamukiza 2018, par Egide NDUWIMANA

Nk’uko bivugwa n’abanyagihugu begereye ahatowe ico kiziga, biboneka ko uwo mwigeme yariko yitegurira kwubaka urwiwe, nk’uko vyemezwa n’umuryango wiwe, yoba yishwe anizwe n’abantu bataramenyekana. Mu giporisi bamenyesha ko amatohoza yatanguye.

Umwigeme KANEZA yavuka mu ntara ya Bururi.


Egide NDUWIMANA

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.