Home > Amakuru > umutekano > Ngozi-Busiga:Uwagirizwa gutunga ibigwanisho yafashwe
 Ngozi-Busiga:Uwagirizwa gutunga ibigwanisho yafashwe
 Ngozi-Busiga:Uwagirizwa gutunga ibigwanisho yafashwe
				
				Thursday 13 September 2018, by
Amakuru dukesha umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano no kugwanya Ibiza Pierre NKURIKIYE amenyeshako igiporisi casatse mu rugo rwa Celestin NSHIMIRIMANA gica gihatora ibigwanisho bigizwe n’igisasu ntezwantoke,ibikono vy’amasasu 2 hamwe n’amasasu 41.
Ayo makuru avuga ko Celestin NSHIMIRIMANA yaciye afatwa ubu ari muri komisariya y’igiporisi muri komine ya Busiga.
IGIHE

Forum posts
14 September 2018, 17:23, by Musore
Ivyo nivyo bindi bikiduteye ikibazo ntabwo umunyagihugu yagatunje ikirwanisho nibamuhane bataravye icarico.