Accueil > Amakuru > umutekano > Ngozi : Umugore yishwe atemagujwe umupanga
 Ngozi : Umugore yishwe atemagujwe umupanga
 Ngozi : Umugore yishwe atemagujwe umupanga
				
				dimanche 8 Gitugutu 2017, par
Ubwo bugizi bwa nabi bwabaye nk’igihe c’isaha icenda z’ijoro, kuri uwu w’Imana, uwishe uwo mugore akaba yamutemaguye n’umupanga nk’uko igiporisi kivyemeza.
Uwagirizwa ubwo bwicanyi ni uwitwa BUCUMI w’imyaka 35, mu giporisi bakemeza ko ahejeje kwica uwo mugore yaciye ahunga.
Mu giporisi bamenyesha ko uwo yagirizwa ubwo bwicanyi ariko araronderwa, kandi ko n’amatohoza yatanguye kugira icatumye amwica kimenyekane.
Egide NDUWIMANA
