IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > Philippe NZOBONARIBA: “Uwutowe mu murwi CENI aca yambara umutamana wa (...)

Philippe NZOBONARIBA: “Uwutowe mu murwi CENI aca yambara umutamana wa CENI.”

Saturday 29 September 2018, by vianney

Mu kiganiro c’abavugizi b’inzego z’igihugu kuruyu wa gatanu igenekerezo rya 28 Nyakanga 2018,Philippe NZOBONARIBA yavuze ko uwambaye umutamana w’umurwi utegura amatora ata mugambwe aba akigendera canke ubwoko avamwo eka nta kintu na kimwe aba akigendera kiretse umutamana w’uyo murwi ujejwe amatora gusa.

Philippe NZOBONARIBA avuga ko mu gufata ingingo hisungwa amategeko ngenderwako y’umurwi CENI kandi uyo murwi ari urunani rw’abantu 7 atari uwa bantu 2 canke 3.

Philippe NZOBONARIBA avuga ko bazoshikiriza ivyo umurwi CENI uzoba wabashikirije kandi abantu bakwiye kwizera ko uyo murwi utazoba intambanyi mu matora.


Vianney BIKORIMANA

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.