IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Rubirizi : Abantu bane bishwe barashwe

Rubirizi : Abantu bane bishwe barashwe

mardi 12 Nyakanga 2017, par Egide NDUWIMANA

Ico gitero cakozwe n’abantu bataramenyekana bitwaje inkoho, bakaba barashe mu murwi w’abanyagihugu bari mu kibanza kimwe. Bane muribo baciye bitaba Imana aho nyene, abandi babiri barakomereka.


Egide NDUWIMANA

Messages

  • Turahojeje imiryango yabuze ababo mwicogitero cimbonerakure za CDD FDD, nayokuba bavuga yuko batazwi nigitanganza!, ibirwanisho vyahawe imbonerakure bibazayuko babihawe ngobibikwe murutara bidakoze icumutima wabo ushaka?.
    Ngaha muburundi isi izorinda itembagara abantu bacicwa cane.

  • Urarengeje urugero kabisa. urafise ivyemezo ko ari imbonerakure zakoze iryo bara? Nimuze muvuga ivyo mwatohoje neza bizobafasha.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.