IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Rumonge : Umukuru w’igihugu NKURUNZIZA yuguruye amashure abiri (...)

Rumonge : Umukuru w’igihugu NKURUNZIZA yuguruye amashure abiri (Amafoto)

mercredi 25 Gitugutu 2017, par Egide NDUWIMANA

Inyuma y’ukwugurura iryo shure ry’imyuga rya Gitaza, umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA yuguruye kandi ishure shingiro rya Magara, muri komine Bugarama, intara ya Rumonge nyene.

Amafoto


Egide NDUWIMANA

Messages

  • Ndavye ifoto ya mbere nkabona ko ishule nshasha yuguruwe hafi muri 2018 ngaca mbona ikibaho cirabura (Blackboard) nibajije nti: "Mbega abatwara ubushikirangaji bw’indero ntibigeze baja gusuma urusaku ahandi ngo babone ibibaho bigezweho?" Naho twaraye twikukiye ubugira kabira (27/10/2017) ngira hikukiye igice gito caaane ntiriwe ndavuga. Kari akarimi mugani wa wawundi

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.