IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Ruyigi : Umuntu umwe yapfuye aguweko n’umusozi

Ruyigi : Umuntu umwe yapfuye aguweko n’umusozi

samedi 1er Ndamukiza 2017, par Egide NDUWIMANA

Umuntu umwe yapfuye, uwundi arakomereka muri komine Nyabitsinda, intara ya Ruyigi, kuri uwu wa gatanu.

Abo bahenukiweko n’umusozi mu gihe bariko bimba mu kinyegero ubutare, nk’uko bivugwa n’umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi.

Uwo yitavye Imana azwi kw’izina rya Leoport NKENGURUKIYIMANA w’imyaka 30.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.