IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Ubugenduzi bukuru bw’igiporisi bwagenye abarongoye igiporisi mu makomine (...)

Ubugenduzi bukuru bw’igiporisi bwagenye abarongoye igiporisi mu makomine amwe y’igihugu

vendredi 8 juin 2018

Abo bagenywe ni abagiye kurongora igiporisi mu makomine ya Nyabihanga yo mu ntara ya Mwaro, muri komine Bugenyuzi, mu ntara ya Karusi, muri komine Rugazi, intara ya Bubanza, hamwe n’uwo muri komine Cankuzo mu ntara ya Cankuzo.

Amazina y’abo bagenywe ni aya :

Komine Nyabihanga : OP1 NDAYIKENGURUKIYE Anicet.
Komine Bugenyuzi : OP1 NDAYISENGA Daniel
Komine Rugazi : OPC2 BIGIRIMANA Céléstin
Komine Cankuzo : OPP1 NIYONZIMA Jean Baptiste


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.