IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Ubushikiranganji bw’umutekano bwiyemeje guhagurukira ikibazo c’ihohoterwa (...)

Ubushikiranganji bw’umutekano bwiyemeje guhagurukira ikibazo c’ihohoterwa ry’abana

mercredi 18 Ndamukiza 2018, par Egide NDUWIMANA

Umushikiranganji Alain Guillaume BUNYONI avuga ko mu minsi iheze, hibonekeje abana bahohotewe cane mu kwicwa n’abagime babavyara , hamwe n’abantu bakuze babangamira ubuzima bw’abo bana.

Alain Guillaume BUNYONI arongoye ubushikiranganji bw’umutekano yabishikirije mu gihe abana babandanya guhohoterwa mu mihingo itandukanye y’igihugu c’Uburundi. Abaheruka akaba ari abana batatu bo mu ntara ya Kirundo bishwe n’umuvyeyi abavyara, abaturiwe amaboko i Ngozi kubera bihaye indya mu nkono, hamwe na babiri bitavye Imana i Ngozi, inyuma y’ugushurashuzwa ku nguvu n’umuvyeyi wabo.

JPEG - 107.1 ko
Alain Guillaume BUNYONI, umushikiranganji w’umutekano

Vianney BIKORIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.