IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Umukuru w’igihugu NKURUNZIZA yagenye iyindi ntumwa idasanzwe

Umukuru w’igihugu NKURUNZIZA yagenye iyindi ntumwa idasanzwe

mardi 9 Rusama 2017, par Egide NDUWIMANA

Uwo yahawe ayo mabanga aje akurikira Willy NYAMITWE, umuhanuzi mukuru ajejwe kumenyesha amakuru mu biro vy’umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA, nawe nyene yashizwe muri urwo rwego.

JPEG - 114.6 ko
Docteur Christine NINA NIYONSAVYE

Docteur Christine NINA NIYONSAVYE yahora ari umuyobozi mukuru w’ibitaro vyitiriwe umugamnwa Regent Karori (HPRC : Hôpital Prince Regent Charles) vy’i Bujumbura.


IGIHE

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.