IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Umukuru w’igihugu yagenye bamwe mu bagize urwego nshingwantwaro rwa OBDA na (...)

Umukuru w’igihugu yagenye bamwe mu bagize urwego nshingwantwaro rwa OBDA na ARCT

lundi 4 décembre 2017

Mw’itegeko inomero 100/225 ryo kuwa 29 Munyonyo, umukuru w’igihugu yagenye Nadine NDAYIZEYE kuba umunyamabanga w’urwego nshingwatwaro rwa OBDA, mu gihe Leonce NGABO nawe yagenywe kuba umwe mu bagize urwo rwego.

Mu rindi tegeko inomero 100/226 ryo kuwa 28 Munyonyo, umukuru w’igihugu yagenye Laurent KAGANDA ngo asubirire Eliane NIBITANGA yahora ari mu bagize urwego nshingwantwaro rwa ARCT.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.