IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Umukuru w’inama nshingamateka yagiranye inama n’imvukira z’intara ya Kayanza (...)

Umukuru w’inama nshingamateka yagiranye inama n’imvukira z’intara ya Kayanza (Amafoto)

jeudi 18 Rusama 2017, par Egide NDUWIMANA

Muvyo barabiye hamwe, harimwo ivy’ubutunzi, imibano hamwe n’umutekano mu ntara ya Kayanza.

Pascal NYABENDA umukuru w’inama nshingamateka yagarutse kandi ku bakora urudandaza rwa magendu, hamwe n’abashora ikawa mu bihugu bibanyi, mu kinyegero.

Amwe mu mafoto y’iyo nama

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.