Accueil > Inkino > Amahiganwa > Umunyamabanga mukuru wa CNO asaba amashirahamwe kwitaba amahiganwa yo mu (...)
 Umunyamabanga mukuru wa CNO asaba amashirahamwe kwitaba amahiganwa yo mu karere
 Umunyamabanga mukuru wa CNO asaba amashirahamwe kwitaba amahiganwa yo mu karere
				
				lundi 31 Mukakaro 2017
Lydia NSEKERA arongoye ishirahamwe ry’inkino mu Burundi CNO amenyesha ko ishirahamwe arongoye ritagenzura amafaranga y’amashirahamwe y’inkino, ariko rigenzura integuro zitangwa n’amashirahamwe.
Umunyamabanga mukuru w’ishirahamwe ry’inkino mu Burundi CNO yavuze ko ishirahamwe arongoye rifasha mu gihe co kurangiza amahiganwa,ariko ko mu gihe ishirahamwe ry’urukino ryitunganije neza, ishirahamwe mpuzamakungu ry’inkino CIO ririterera mu bijanye n’uburyo.
Umunyamabanga mukuru w’ishirahamwe ry’inkino mu Burundi CNO yemeye kandi ko mu ntumbero yo gufasha guhanahana amakuru, agiye gushiraho,umuhora w’ubuhinga bwa none w’ishirahamwe CNO.
MUGISHA Van Naris
