IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Uwabaye Miss Burundi ubwa mbere yitavye Imana

Uwabaye Miss Burundi ubwa mbere yitavye Imana

mardi 10 Nzero 2017, par Egide NDUWIMANA

Counary Sow yigeze gutorwa kuba Miss Burundi, mw’ihiganwa rya mbere ry’ukurondera umukobwa mwiza kurusha abandi ryabaye mu mwaka w’1998, yitavye Imana.

Hari haheze imyaka irenga 10 Counary Sow aba mu Bwongereza aho yagiye kuba ahunze. Mu Bwongereza, Miss Counary Sow yaba mu gisagara ca Oxford.

JPEG - 88.3 ko
Counary Sow yigeze gutorwa kuba Miss Burundi mu mwaka w’1998

Miss Counary Sow yahunze Uburundi mu mwaka w’2001, inyuma y’imyaka itatu atowe. Ashitse mu Bwongereza, umwanya munini yawumaze mu bikorwa vy’ubugira neza.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.