IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Urutonde rw’abakinyi 10 bo muri Afrika bahembwa amahera menshi

Urutonde rw’abakinyi 10 bo muri Afrika bahembwa amahera menshi

jeudi 27 Munyonyo 2014

Abakinyi b’umupira w’amaguru 10 bo muri Afrika bahembwa amahera menshi kw’isi.

Urutonde rutangurira kuwuhembwa umushahara muto:

10) Pierre-Emerick Aubameyang (Gabon), akina muri Borussia Dortmund. Ahembwa imiriyoni zizatu z’ama Euros ku mwaka (3millions d’Euros/an), aharurwa hejuru y’imiriyaridi zitandatu z’amarundi(+ 6 milliards frbu)

9) Salomon Kalou, 29 ans (Côte d’Ivoire), akina Hertha Berlin : Ahembwa imiriyoni zizatu n’igice kimwe z’ama Euros ku mwaka (3,1millions d’Euros/an), aharurwa hejuru y’imiriyaridi zitandatu z’amarundi(+ 6 milliards frbu)

8) John Mikel Obi, (Nigéria), akina muri Chelsea : imiriyoni 4,4 z’ama euros aharurwa hejuru y’imiriyaridi 8 z’amarundi.

7) Kolo Touré (Côte d’Ivoire), akina muri Liverpool FC : imiriyoni 4,9 z’euros ku mwaka(+ 8 miliyaridi z’amarundi.

6) Samuel Eto’o, (Cameroun), akina muri Everton : ahembwa imiriyoni 4,9 z’ama Euro arenga imiriyaridi 9 z’amarundi

5) Didier Drogba (Côte d’Ivoire), akina muri Chelsea : ahembwa imiriyaridi zirenga 11 z’amarundi ku mwaka.

4) Michael Essien, (Ghana), akina muri Milan AC : ahembwa imiriyaridi 12 z’amarundi ku mwaka

3) Emmanuel Adebayor (Togo), akina muri Tottenham : afise umushahaar ungana imiriyaridi zishika 13 z’amarundi

2) Medhi Benatia (Maroc), akina muri Bayern Munich : ahembwa hafi imiriyaridi zishika 17 z’amarundi ku mwaka

1) Yaya Touré (Côte d’Ivoire), akina muri Manchester City : ahembwa imiriyaridi igera kuri 26 z’amarundi.

<img16179|center

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.