IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Abari mu myiyerekano bariko bagerageza uko binjira hagati mu gisagara ca (...)

Abari mu myiyerekano bariko bagerageza uko binjira hagati mu gisagara ca Bujumbura

jeudi 21 Rusama 2015

Mu gihe abari mu myiyerekano bariko bayigirira mu makaratiye atandukanye y’igisagara ca Bujumbura, abari muri iyo, bariko bagerageza kwinjira mu gisagara ca Bujumbura.

Abari mu myiyerekano bo mu makomine ya Nyakabiga na Bwiza, baciye hafi y’ubuserukizi bw’Ubufaransa, baca banjirana ahari inyubakwa y’ubudandaji bita Café Gourmand, baca bashika iruhande y’ahasanzwe hari ibanki BANCOBU, ari naho basanze batangiriwe n’abaporisi isinzi. Abo bari mu myiyerekano bafise amashami y’ibiti mu ntoke n’ibindi mu mutwe, bakaba bamwe basubijwe inyuma n’umuduga usanzwe utera amazi, abandi baja mu bariko baradandariza mu micungararo y’igisagara ca Bujumbura.

Abaporisi ni benshi mu gisagara ca Bujumbura hagati, aho bariko bagerageza kuraba ko abo bari mu myiyerekano batokwinjira, mu gihe hari abariko biyegeraniriza hafi y’ibitaro vyitiriwe umuganwa Rudoviko Rwagasore, abandi mu tubarabara twinjira mu gisagara hagati.

Twobamenyeshako amakuru twagiye dukura mu bari mu myiyerekano, ari uko, boba bariko bagerageza uko abakenyezi binjira kugira imyiyerekano mu gisagara hagati, kuko n’abari bavuye mu makomine ya Nyakabiga na Bwiza harimwo abakenyezi n’inkumi batari bake.


Aristide Nizigire

Messages

  • barahumba.utwo nuturwi dusigaye kurushi ariko inzoka ntiyigoro iba irko iragenda .ivyo nurunganwe kandi n’ibihera.

  • urazi ingene agayana uwo musuma wi MANDA ngo ni utugwi two mu ma comune ane gusa? kanyosha , kinindo, kibenga, kinama,buterere,sororezo ni zindi yagwije n’ubusa kubera kugayana kwiwe, ndabarahiye azobwigwa na maso atukuye, azotogwa yambaye isengle.

  • Komera Nkurumbi Azoteba Ateshwe.Kandi Imana Yamavuga Yohejuru Harinaho Izomuta.Nkurumbi Rero Amenyeko Uryamutama Siriro Ahamwe Yogiricaba....

  • "Toute action concrète demeure insuffisante si en elle l’amour pour l’homme n’est pas perceptible, un amour qui se nourrit de la rencontre avec le CHRIST"; il ne suffit donc pas d’écrire ou de parler mais d’accomplir des actes visibles visant le salut de tous surtout dans ce MONDE où
    la vérité est sacrifiée aux intérêts d’une poignée de gens, où le combat au nom de la vérité est nourri des sentiments égoïstes et des déceptions; nous suffit-il d’acclamer une personne ou ses projets? S’agit-il aujourd’hui d’un combat entre la paix et la justice ou plutôt le mensonge et la trahison? Examinez, vous saurez me dire.J

  • "Toute action concrète demeure insuffisante si en elle l’amour pour l’homme n’est pas perceptible, un amour qui se nourrit de la rencontre avec le CHRIST"; il ne suffit donc pas d’écrire ou de parler mais d’accomplir des actes visibles visant le salut de tous surtout dans ce MONDE où
    la vérité est sacrifiée aux intérêts d’une poignée de gens, où le combat au nom de la vérité est nourri des sentiments égoïstes et des déceptions; nous suffit-il d’acclamer une personne ou ses projets? S’agit-il aujourd’hui d’un combat entre la paix et la justice ou plutôt le mensonge et la trahison? Examinez, vous saurez me dire.J

  • we wiyise ejide nawe wiyise kiki nobasaba mundanye kwarojanti hakirikare nabanuye kera kwabantu batukana nkabungere bakera abantu bavuga nkabatarezwe batagirindero batagira urupfasoni nkamwe ngo mugomba gutwara igihugu cahe is not 1761,1972 ,1988 1993, 1996 mukirundi bavuga bati umukuru ntikizira kumubarira kizira kumutuka uyo petero ntimwibaze ngo ni ntiba mwateye amazirantoke

  • we wiyise ejide nawe wiyise kiki nobasaba mundanye kwarojanti hakirikare nabanuye kera kwabantu batukana nkabungere bakera abantu bavuga nkabatarezwe batagirindero batagira urupfasoni nkamwe ngo mugomba gutwara igihugu cahe is not 1761,1972 ,1988 1993, 1996 mukirundi bavuga bati umukuru ntikizira kumubarira kizira kumutuka uyo petero ntimwibaze ngo ni ntiba mwateye amazirantoke

  • uwo musuma nahebe kwitoz arbe ko amahor atagaruk!

  • Nibasambure Igihugu Ingaruka Bazozibona Ibihugu Bibahenda Nzorabako Bibajana Iwabo.

  • Ibihano vy’abasazi birategekanijwe babater’ikamba mpaka kwa kwa muganga canke mubapfumu

  • non kayemw hako abarundi nuburundi bisamburirako nki nturwa ntakuntu abarimwibarabara ko batemera president peter nkurunziza koyitoza bova mwibarabara hanyuma bakamwirukanira mukazu kamatora atanduru zibayemwo cank ngo abene burundi birirw baraseserwa amaraso nkinbarwa

  • Jewe Mbona Nkurunzinza Yosezera Agaheba Iyomanda Kandi Ibiriko Birirashikira Abarundi Imana Izobimubaze Gushlka Kwiherezo Ryiwe.

  • NDAHAYINTEGE ABOBOSE BABANDANYIMYIYEREKANO KUKO NGIRANGO PRESIDENT AZOTEBA ATERWENISONI AREKURE IYOMANDAT YA 3 KUKO AMARASOYABANTUBENSHIABANDANYAGUSESEKA KANDIMIRIMO IMWIMWE YARAHAGAZE

  • asman bukuru humura sa abacivile bajyayo gusa reka dukwege uzaruha azorekura ngira urabibona uko mufata ingamba ruhasha nabo bafata izindi

  • Ahubwo tubikeshe uhoraho abidufashemwo kandi ,Vyizabobiheba kuko Imananiyonkuru.

  • ariko mana ntikoreramwo abo benewacu bari mwibarabara bakavayo. ataruko naho inzira yambere nakazu kamatora. umwase akamwima iwi. hama abantu bakabandanya ubuzi bwabo none kombona pacifique na vital bibereye muri ambasade.je mbona ko abo bantu arukubahenda ikibarigwa nicumva banse naho nimubareke.mbona numwana nyina amubwiye hora ntahore aca mureka harageha aho amaramara agahora murakoz ruben wirarir nez

  • jew icombona nobahanurako nuko bovyihoza

  • @MD et kiki
    Abo ba al chabab nibakinde,uko iminsi ihera niko tuzoza tubatorera umuti,ntibazigera batsinda,pas du tout,mbega mwibaza ngo ni mu ma villes mortes de 93,94,95?Mbega ko mubesha ngo mugwanira ama mandat,nta na democracie mugwanira,mbega burya abatutsi mwombwira ikintu cotuma mugwanira democracie?Mbega ndadaye ko ata mandat yivye mwamwiciye iki?Kirya catumye mwica ndadaye n’ubu nico kibajana mu mabarabara,mais ubu muhitondere!
    Cette putain de khajanin qui demande de couper les aides,yibazako ziribwa na cnddfdd yonyene,elle n’a qu’àcontinuer de donner ses fesses aux blancs et laisser la politique du pays aux politiciens,des petasses comme ça ça ne nous impressionne plus,parce qu’elle a pu gratter quelques chançons qui sont mises dans les oubliettes,elle pense que c’est witnie houston ou beoncé,meme elles ne peuvent pas nous dicter ce qu’on doit faire!

    Mbega mwibazako tutabona,abo babiligi ayo mafaranga baduha bagaca bayakurikira kuyarya bo bayakurahe,si ayo biba muri congo bafashijwe nuwo ntavuze izina,aho mwakeregereje ko batayacoupa?Nuko bazi inyungu zabo aho ziri,ntawe mugihenda,izo democracie ntazo muriko muragwanira beshera hiyo!!

  • Baba abategetsi, baba àhanté politike muri rusangi, yaba société civile, Uhoraho Imana iratugaragaje ko twama tuyibesha ngo turayikunda. Jewe mbona shetani twayihaye icicaro Imana nayo twayirukanye. N’umutima w’umwami uri mukiganza c’Imana ntacoyinanira. Tuve mwibarabara, tureke kwica abantu, tuyireke yicire urubanza.

  • @nimubona desire
    REKA KUBESHA UVUGA AMAFUTI NTA MANDAT URIKO URAGWANIRA?ABATUTSI MUSHAKA INGWANO NGO MUKUREHO DEMOCRACIE?IYO MANDAT MUSHAKA KUYIHA NDE?TWARABAHINYUYE KANDI TUZOGWANA TWESE DUPFUYE NIHO ;;;;;;HERAHEZA!

  • Tubakurikirana kumwanya kumwany kw’itangazamakuru yanyu. Mugira neza kutuba hafi. Abiyerekana nabo bakomere Imana izokor igikorwa cayo kuko sukutabibona ariko yishurira igihe bagumane ingoga rero kuko iyo urugamba rukomey ruba rugiy kurangira. Mubandany muduha inkuru peace.

  • Emwe nibahimbe babareke guko naho batobareka twebwe ntiduhesha twitaba amatoro guko avyo ivyo tubona mamatora azosiba abaporisi nabo bareke kurasasa nogutera ivyuka nubanyagihungu .

  • I think that an authority like Peter Nkurunziza,a christian,a head of state in general and a father in particular could think about the blood of the Almighty children that is flowing like water because of him!We africans have a problem of leaders!when presidents attend the end of their final term they don,t thank the population to leave but they plan to kill them!You president Peter you have to lean by heart that Today,s Burundi is different from that of 1966-1996 where puschists have place!So open your eyes ,Burundians are awake,they are crave of a change please go and let us safe and sound!May God help bless our country and his sons and sisters

  • NDABARAMUKIJE,JEWE NDATAGAZWA CANE NABANTU BAKIRI INYUMA YA NKURUNZIZA ,ICO NOBABWIRA NUKO DUSHAKA KO NO MURI KAZOZA ATA MUNTU YOSUBIRA KUROTA GUSHIRA MU BUJA ABARUNDI.IVYO NI VYO AKANYA GATO IMANA IGIYE KUDUKIZA .NAYO NKURU AJE I A LA HAYE KUBAZWA IVYO YAKOZE

  • Ereg nduva bikaz non kwabant babanya bapfa hamwe yosubir gutwar hoh haramahor tuzoronk twebw anyagihugu? Inyuma yamator bigenda gute?

  • ABO NABOMUBONYE NAYO ABAGIRA IMYIYEREKANO NIBESHI KUKO ABADASERURA AHOBAHAGAZE NIBOBESHI,NAYUBUNDI BESHI RIRANIGA BAKANKA KUBIKA ABO NABOMUBONYE NAYO ABAGIRA IMYIYEREKANO NIBESHI KUKO ABADASERURA AHOBAHAGAZE NIBOBESHI,NAYUBUNDI BESHI RIRANIGA BAKANKA KUBIKA IMPENGE

  • ABO NABOMUBONYE NAYO ABAGIRA IMYIYEREKANO NIBESHI KUKO ABADASERURA AHOBAHAGAZE NIBOBESHI,NAYUBUNDI BESHI RIRANIGA BAKANKA KUBIKA ABO NABOMUBONYE NAYO ABAGIRA IMYIYEREKANO NIBESHI KUKO ABADASERURA AHOBAHAGAZE NIBOBESHI,NAYUBUNDI BESHI RIRANIGA BAKANKA KUBIKA ABO NABOMUBONYE NAYO ABAGIRA IMYIYEREKANO NIBESHI KUKO ABADASERURA AHOBAHAGAZE NIBOBESHI,NAYUBUNDI BESHI RIRANIGA BAKANKA KUBIKA ABO NABOMUBONYE NAYO ABAGIRA IMYIYEREKANO NIBESHI KUKO ABADASERURA AHOBAHAGAZE NIBOBESHI,NAYUBUNDI BESHI RIRANIGA BAKANKA KUBIKA IMPENGE

  • Jewe muri kuri mbona Nkurunziza yoheba mandat ya 3 hama cndd igatanga undi, hama abariko baravuga ivya bahutu na batutsi sinumva aho babikura kuko muri cndd ntibabura undi muhutu yomusimbura, jewe mbona ko uwiyumvira ko ikibazo ari abahutu na batutsi urushaka kuyovya abantu. Mugabo ndababarire Pita uko ndamubona ntazoheba umengo hari ikindi kintu tutazi kiri inyuma kuko ntawokunda ubutegetsi gushika harya.

  • mana waremye isi nijuru abo bakora imyiyerekano bisamburirako ibiraro bokoze imyiyerekano batisamburirako bazicuza umusi cavuye mwinduru

  • Ico novug jew nuko mbona abo aja mumyiyerekan ari uguta umwany babura kuronder ubuzi ngo nukwishinga kwiruka mumabaraba ataco bakra barameny ko inshizi y,isoni inyara yerekeza aho se" yicayeee!! Impanur ndabahay niyo ok mrz.

  • Haha!ntangazwa nabantu bakijujuta.ahubwo bakomeze cane kugira imyoyerekano.nayo wewe uvuga ngo nuguta umwanya?haha Igihe kirimugushika ahouzomaramazwa nivyo wavuze
    .inyuma y inyabu Hama ibigomba.

  • Peter guma kungoma utwate

  • NAGIRE NSABE ABARI KOBOYIHAGARIKA KUK IVYO BIKWEGA UMUTEKANO MUKE MUGIHUGU.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.