Accueil > Amakuru > umutekano > Abasuma indwi bishwe n’abaporisi
Abasuma indwi bishwe n’abaporisi
samedi 10 Gitugutu 2015, par
Abo basuma barashwe mu gihe bari bahejeje kwiba kw’ibanki BCB, ishami rikorera mu Buyenzi (Video)
Source: Tele Renaissance
IGIHE
Messages
11 Gitugutu 2015, 01:33, par fidelite
Igipolisi cacu bandanya uko,muhangane n’izo mbwebwe zose zuzuye mu gihugu,mukomere ku muheto,
11 Gitugutu 2015, 06:45, par marc
e agapfakaburiwe nimpongo umkuru wigihu kuva ashikakubutegetsi mubihumbi bibirinagatanu yama asemerera avuganti ntantambara izosubirakubamugihucaca agaca aheza avuganti imanayomwijuru niyocabona tikandi uwuzoyitanguza izoheraiwe irangirire iwe bisigurako imana ihagaze hrjuruyuburundi kandimwamamwabibonye du kuba f.n.r 2005 /2007 bakabirigi mwarabunvise banzambiyakira ,banzabampema, harabomwita imbonerakure arinzehe muriko murica harumugwiwaje mucibitoke ukubitwa ishuro utazwinabugingonubu arako dukoresheje ubwenge bibonekekwarabo batunva akamokakizigenza muntwaramiheto muravuga uti rekaduce murwanda ngiratwobishikako biranka ahosinavuze kudeta kurasa lt gn shimirimana nabandi gn niyongabowe mwasanze arimubirizi kuberayamana perapezoda yaragiza uburundi nabarundo ubunahumwadutse kwiba mubanke umunyavyaha ntkibanza ategerezwakoronka ngaha ndabarahiyr!!!
11 Gitugutu 2015, 16:23, par Lily
Police nikomereze aho ntakujenjeka, muzigabanye inkozi za amabi zizogeraho zihere!
12 Gitugutu 2015, 00:00, par musaga
Les 7 bandits Sindumuja!!! Imyiyerekano yarabananiye none batangiye kwiba
12 Gitugutu 2015, 08:01, par Niyukuri Manassé
Ndashigikiye Igipolici C’uburdi
12 Gitugutu 2015, 09:57, par ndibanje
Nashaka kubwira Marc ko ata mukuru w’igihugu Uburundi bufise guhera itariki 26 myandagaro 2015!
12 Gitugutu 2015, 17:23, par BAZIKI ISMAEL
MBEGA NAHIMANA KUKO MURAGERAMIWE TURASENGERA
15 Gitugutu 2015, 18:01, par bayubahe,jean
pelezidanatange,natange,imihoho,ibilikobilba,ningalukambi