IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Amasanamu y’abantu biyita abarwanyi ba ADC Ikibiri

Amasanamu y’abantu biyita abarwanyi ba ADC Ikibiri

mercredi 1er Gitugutu 2014

Abantu batanu bivugwa ko bafatiwe i Mutarure muri Repuburika iharanira intwaro rusangi ya Congo bivugira ko ari abarwanyi ba ADC Ikibiri barongowe na Alexis Sinduhije, bapfungiwe mu gasho muri komine Buganda. Abo bafashwe bakiyemerera ko bari bajanywe mu bikorwa vya gisirikare, bava mu ntara za Makamba, Ngozi, Bujumbura Mairie na Kirundo. Mu runani ADC Ikibiri bamenyesha ko ari irementanya ririko rirategurwa, bakiyamiriza abo babiyitirira. Mu giporisi naho ntaco bashima kubivugako, kuko bikiri mu matohoza.

Amasanamu y’abo bantu biyita abarwanyi ba ADC Ikibiri


IGIHE

Messages

  • Ehe ng ivyo ivyemeza vyashitse kumbe ca gitama cashaka kuduhuma gusa!

  • IVYO BIRASHOBOKA NIMUBABAZE NEZA KUKO SINDUHIJE AGUMA YIYEREREZA..NOMURIBI BIHUGU VY AFRIKA Y UBUMANUKO;UTAGIRA NGO N IMFASHANYO ARIKO ASABIRA ABARUNDI.

  • MBE ABARUNDI BAZOMENYA RYARI KURABA UKURI AHO KURI??MWIBAZA NGO DD IRABUZE AMAHERA YO GUKORA ZA REBELLIONS ???..REKA BASHA KUKO INTAMBARA ICA KURI TWESE !!!EMWE NA ADOLPHE NA BUNYONI NA PETER NTIYOBAGERA UMUTWE..MBE ABAHUTU BARWANIYE IKI IMYAKA 12 UBWO NTA SONI!!!TUNGANYA AMATORA ,NTA MAHERA TWOBURA TUBUZE LEADERSHIP GUSA ,DUTWAGWA N ABA MERCENNAIRES NIYO NGORANE ..NGO ABE MAKE BAYABONE!!!!!YOO EHE MINISTRE DES FINANCES NI KO AVUGA ..

  • reka ntimusubire kubesha abo batutsi ni bo bogira robelle muburundi???,bafashe abantu bashonje babaha amahera ngo bazimanganye ivYi IMBONERAKURE NI HAZE abantu ataho bahENGAMIYE bagire ITOHOZA KUVYA KILIBA ONDES iryo NI PLAN YA DD Ukovyamye bikorwa kuva kuri KADEGE .........................................................................................................................gushika kuri abo batutsi bashonje ,bahawe uduhera ngo bisame hama bambike ibara abantu.

  • Nukuri cndd fdd nireke irementanta ntabantu nkabo bakuye muri congo abo nababo bagomba kuducamwo kumwe bwambere ariko ubuho tuzoraba .

  • abo nabashonji bahawe akazi naba dd ngo bateze urubwa adese

  • Barundibarundikazi ,mbegamuzokwama muribijuju ibihevyose?haruwobaza imva abon,umusaraba?nimubareke bahawe nirementanya .dd.ukurikwabo kuboneka iyo ammakungu avuzeko yubika inkoko basabiramwo. Impanuro iyobumenyumwe bwarikindi kandi caramenyewe yarimbwa yokwa nzorijana

  • aho munyibukije agahungu karaho jacques BIROSWANOKUBESHA yahenze ngo nagakuru kurwaruka rwa FNL nibaje kurima ibikaju murukoko vya petelo igihe cogufanya ivyuma bidafise natule caraheze NB:nambabikunda nibuganda haragowe nibagume bonene bugdet yigihu

  • Mana Yo Mw’ijuru Mucunguzi W’ubugingo, Turakwerets Abarundi Bariko Bazira Ubatabar Kumw Watabara Iba Isirael Bavuy Mur Egypte! Kuk Ari We Wabarwanira! Ububasha Ni Ubwawe Mana.

  • Kubita ivyobintazi birateba bivuge iyabandi binyegeje mukri kiliba ondes hamwe nababatumye.

  • jew ndavye ivya bivurwako bafatiwe i congo ngo nabarwanyi ese ninde muribo wohava imbwirako yoshobora kurwanya igihungu?nimureke guhuma amaso amakungu ibibera congo birazwi ,abagabo bararya imbwa zikishura inzirakarengane zozibaho

  • Nimba ari cakiganiro ninde reta yateguy abo ba CNDD ntapolitique bazi

  • Nimba ari cakiganiro ninde reta yateguy abo ba CNDD ntapolitique bazi

  • Nimba ari cakiganiro ninde reta yateguy abo ba CNDD ntapolitique bazi

  • Nimba ari cakiganiro ninde reta yateguy abo ba CNDD ntapolitique bazi

  • DD urakwiye gutanga ,hagatwara ababishoboye peeeeeeeee!!!!!!!!! uwateguye iryo rementanya ni ikijuju.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.