IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > ishirahamwe > Amnesty International isaba amatohoza kw’iraswa rya P.C Mbonimpa

Amnesty International isaba amatohoza kw’iraswa rya P.C Mbonimpa

mardi 4 Myandagaro 2015

Ishirahamwe Amnesty International rimenyesha ko rikurikiranira hafi ibitero bikorwa ku baharanira agateka ka zina muntu mu Burundi.

Ribicishije ku rubuga rwaryo rwa Tweeter,Amnesty International imenyesha ko ikurikiranira hafi iraswa rya Petero Karaveri Mbonimpa arongoye ishirahamwe ryitaho agateka ka zina muntu nako abapfunzwe APRODH.

Amnesty International imenyesha ko Reta y ‘Uburundi itegerezwa gukora amatohoza kugira abagerageje kwica Petero Karaveri Mbonimpa bamenyekane,bashikanwe imbere y’ubutungane.


Van Naris Mugisha

Messages

  • reta idafashe ingingo uwishe bamwice bataravye icari nicakora bara tumarira indongozi nyakwubahwaperezida ukanure abasi bariho mugihugu aha mwe ntimubona kobitoroshe

  • Muraga puuuu,suma ugenga wa ki aministie we,muraryogoy rero!Ko Adolphe nyakwubahwa yishwe mutavuze.Ayo macakubiri yanyu twarayahaze,mushigikira abatutsi gusa n’ibihutu vy’ibihemu nka MBONIMPA

  • Ntanyagupfa nta nyagukira, abarundi b’umutima twese dukeneye amahoro!

  • Ibyobatekerejenivyo! arikw’igitangaje adolphe yarishwe arikonatangazo banditse! emwenamwebwe nikubarabaneza.

  • Imana itabare uburundi gusa kuko umwe wese ariko anezerwa nuko uwo yita umwasi yapfuye canke yarashwe none mwibaza ko tweho dusigayehe izompfu zitwigisha iki izonkomere zitwigisha iki abo bazungu baratubesha tuzokwicana twongere turasane mugabo amaherezo nitwe tuxoba numuvumo wamaraso yasesetse mubutaka bwacu

  • YEMWE BANTU MUKUNDA,GUSENGERA UBURUNDI NIMUSENGECANE KUKO UBURUNDI BUGEZEHABI.NKUKUBONA UMUNTU,YIPFURIZA UWUNDI KOYOPFA NONE NKIZOSINGORANE DUSENGIMANA ITURWIZEKWIMBABAZI IKIZUBURUNDI NABARUNDI AMAHORO ASASAGARE. YESU NINYISHU YIBIBAZO VYACUVYOSE.

  • Kuvugira Bamwe Ngo Nuko Arico Musangiye Canke Muhurirako Ntuba Urimvuga Kuri!Mbega Abaze Imisi Bapfa Ko Ataco Waze Haaa!!!Murinderetsi.Dusavye Indozi Z’uburundi Nk’umukuru W’igihugu Cacu Abe Maso !Abo Baduteranya Twicana ,turyana N’abansi B’igihugu N’uburundi.Barundi Dusangiye Ingorane Umukuru N’umuto Nimuze Dufatane Munda Turibamwe,muze Twiyamirize Abadushakako Inyungu Barwanya indongozi Twitoreye!Ntagikoroni Tugikeneye Hari Kera Subu;imana Nizigame Uburundi Iduhangaze.

  • Manayanjeee!umubi numwiza bosenibamw kukitohoza rikorwakur p c gusa?adorf wegut?sivyizagucagura

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.