IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Ubutunzi > Atagikozwe Uburundi burashobora gushika ku milioni 17 z’abantu mu mwaka (...)

Atagikozwe Uburundi burashobora gushika ku milioni 17 z’abantu mu mwaka w’2030 (Video)

mardi 12 Mukakaro 2016, par Jean De Dieu

Atagikozwe Uburundi burashobora gushika ku milioni 17 z’abantu mu mwaka w’2030


IGIHE

Messages

  • Ingorana nyamukuru dufise ni abo biyita abategetsi ataribo kuko umutegetsi nyawe ni uworaba imbere akagira anticipation. None tugifise abatware bazi ko ugutwara ari ukwambara ikaruvati kugenda ugaye, kungendera mu 4x4 no kurara yujuje inda gusa uruzi ruzotwuzurirako nyene. Komeza musemerera ariko dufise abantu batumva bafise uruhumyi rw’umutima n’ubwenge.

    Ahari abatware beza, igwirirana ry’abantu ntiriba intambamyi nyamukuru iyo bazi gukoresha abo bantu bagira planification. None dufise abo vision yabo ari kwuzuza inda par la corruption, nta kundi. Uburundi bwaratwawe ahaninini n’abahimbiri si ivyubu kandi nta cerekana ko tuzobivamwo. Abatwaye Uburundi bafise vision y’iterambere ry’igihugu n’abanyagihugu bari kurushi.

  • Irwirirano ry´abantu ni problème goose ku gihugu gito nka Burundi nico gituma Gouvernement irinda gukora uko ishoboye ikagabanya iryo rwirirano ry´abantu.
    Gouvernement irafise ministére ya condition feminine ishobora gutagura kugira isekeza kugira bagabanye iyo démographie.
    Ministre wa condition feminine n´abafasha biwe bakava mu biro bakaja ku gatumba kose kuja gu sensibiliza abagore n´abagabo.

  • IZOMIRIYONI MUVUGA ZIZOKWIRA GUTE KANDI LETA NA NKURUMBI BAGUMA BATWARA KAMWEKAMWE KUMACUNIRO GUCINCA.SIGAHO,AHUBWO UWATAMBUTSE YARIKINZE!MU2030 MUVUGA HAZOBA HASIGAYE IMIRIYONI ZITATU ZABA DE-DE,ABANDI BATAKIRIKWISI UWUZOBA KIRIHO NAWE AZOBARI MUBUHUNGIRO!

  • Wamugabowe rekabavuke abariho mwabamariye kumuheto none ngongwiki barasubira aho abandi bavuye wewe ntanicumaze nukuvugibidafite umumaro ntuzosubire birarura

  • jewe ndikukivi ndiko ndakora nimumfate mumugongo ikindi.uburimyi butitaweho bikomeye harashobora kuba ubukene buteyubwoba raba ivyondikondakora jewe noronkuburyo ndashobora kuronka umwimbu ungana 2000tones kumwaka site wb/ www.cps-burundi.org

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.