IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > General Major Pontien Gaciyubwenge yoba yahungiye mu Bubirigi

General Major Pontien Gaciyubwenge yoba yahungiye mu Bubirigi

jeudi 28 Rusama 2015

Gneral Major Pontien Gaciyubwenge yahoze arongoye ubushikiranganji bw’ukwivuna abansi yoba ageze mu gihugu c’Ububirigi.

Amakuru ikinyamakuru IGIHE gifise, ni uko General Major Pontien Gaciyubwenge yoba ari muri ico gihugu kuva mu gatondo ko kuri uyu wa 27 Rusama, uyu mwaka, kandi bikavugwa ko ari kumwe n’umuryango wiwe wose. General Major Pontien Gaciyubwenge akaba yagumye yinyegeje, kuva aho hari akarwi k’abasirikare n’abaporisi bashakiye gutembagaza ubutegetsi bikanka, mbere hakaba hari n’amakuru, yavuga ko uwo yahoze ari umushikiranganji w’ukwivuna abansi, yari mu murwi w’abashaka gufata ubutegetsi ku nguvu.

Umuvugizi w’igisirikare c’Uburundi Colonel Gaspard Baratuza, akaba yari yashikirije ko uwahoze ari umushikiranganji w’ukwivuna abansi, ari mu karuhuko k’iminsi cumi n’ine, inyuma y’aho agiriye isanganya.


Aristide Nizigire

Messages

  • nibagende nabo bagire ikiroberi bumve uko bigenda.ariko sinzi ko bazohava bashobora kurya ibitu vyimigano!!hari nutuboga twitwa ubwiza bwishama nindera nahora ndya sinzi ko bazotumenya.muga boca binjira mukibira ubunye amufe aratanguye gusha.natwe ico dukora reka tube turapereza nibisanira vyabo kuko ninda iri munda tuzoyikurayo

  • umwe wese azibir ikinogo ciwe sisi, araraso nayo arahuma. IMANA ikubabarire

  • Ewe sisi, ukubaho kw’inkoko si impuhwe z’agaca. Kandi imanga ntimarira Imana. Kandi ngo urucira mu kaso rugatwara nyoko. Wosanga umuryango ww ariwo uhahoneye ariko ntavyo ndakwifurije

  • Birababaje agitaye mu manga none agiye kurya ayo DD yamushiriye kuri compte:Inda nini nizo zituma afrika iguma igaraguzwa agati,HEJURU YA BA RUTUKU,NA BENEWACU NABO BA BIRABURE.....MWARI MUZI KO KUBESHA K DETA,CK KUREKA ABIKINISHA KUDETA BITAGUZWE!!!!BA IMPUNZI ARIKO WARAHEMUTSE.....UBU IGIHUGU NTIKIBA KIGEZE AHO.nubwo biruko ntihazobura uwuzogicungura ...ikibazo gusa kizoba kigeze he???????

  • Mugishwali baca umugani bavuga bati
    kutesa ni kwa zam
    nahunge aragunga kandidat ababirigi bamuhe aknazi ko koda ivyombo mwirestaurant canke koza abatama abone akamaro ko kuba impunzi mugihe Hari Adobe inguvu vyaramunaniye kuzikoresha ngo akingire anarki biyamiriza pasteri washetani nkurunziza

  • eweeee pipo sisi sha, inda wari warazikuyeyo hasigaye kukurayo izo kwa nyoko gusa!aho wewe nuwo worungika mukibira nta semaine yohera utaramusubirira nawe ukacinjira!kandi wewe nokubwira ko atabuzima ugifise wiyumvirivyo icusigaje nukumvira imisa mwisandugi nyamba uzoronka uwuyigusomera

  • Mbese nukuberiki abashaka kubangamira Nkurunziza habanumpisho canke icese bacabahakura umuvumo wokwangara bakacababona mengo Isi irabarwiriye bakabona mengo bariko bararonderwa ngobagirirwe nabi!? Uwo Nkurunziza mutamwikuyemwo mumitwe yanyu musigaye kuzobona igitangaza cagakura kimwegusa.

  • Guhungira mu bubilrigi uza wikuriye n’uguhungira imvura mu muvo! Azoba atubwira!

  • urugendo rwiza mutama, gus umunt arinz ahung hab hari ikint kitagenda nez mu buzima bwiw? kumb ngo wararashw, batubwira ko ari accida de voiture, non baguhora iki, ko wari mubatey coup d,etat? cank ko waguy mwirementany rya coup d,etat utaz?

  • Mbega ikijuju kiri hano ngo ni SISI. Ntawuhonya ubwoko sha. Benewanyu b’Interahamwe bari baragerageje mu Rwanda ariko uzojeyo urabe ingene abo bantu mwanka bahuzuye.

  • Niwigire mutama uzogaruka nkurumbi mwaramufashije nn reka abahinduke nukonyene vyama vyabaye. Mbega wamuvugizi wigice cigisilikare ca nkurumbi ubunaho avugangurihe?

  • ikibazo suguhunga nukuja ahsbona agashikiriza iciyumviro ciwe

  • ikibazo suguhunga nukuja ahsbona agashikiriza iciyumviro ciwe ari ahabo

  • Gaciyeubujuju ntavyiwe ..ahubwo naseruke tumuhe akamo yaramenje yaramenjeeeeeeeeeeeeeeeeeeeee

  • mb sha lamber ivyo udedemba nibiki!!ihungr mutama w uri nijambo ntusa nabaraho

  • SISI ndavye ivyiyumviro vyawe abantu nkamwe babita IBIKENYA urababaje kuko igikenya kirakenyuka sintekereza umuntu ufise umutima umeze gurtyo urenze shetani ndaguhanuriye va ibuzimu uje ibuntu ubwo bunyamaswa ntaho buzogushikana

  • Ingo wumvirize nawe ubuhungiro sinarinzi ko bishoboka ko na batutsi mwohunga ndavye kahise ku burundi jeho ndamenyeteye karibu nanje nari umusirikare nkawe nahunze wewe na buyoya kuko nari umuhutu

  • Mukirundi abakera baca umugani ati:uwusenya urwiwe umutiza umuhoro.President arabenezantiyihende ngo ambomorere kubrundi turigorewen’ubukene impanuronyishikubarongozi bacu

  • nagende yarumukungu abushitse.

  • kubwanje mbona niba ataco yiyagiza yari kugum mugihugu,non yahunz iki?ubwo guhunga igihugu niwo muti?hagowe twege bo hagati mugihugu tutazoronka iyo duhungira,umugani wa Mkombozi nurudubi peee!

  • Iyo ntwazangabo siyo! none ko ahunze akaba yahunganye numuryango wiwe, abarundi baribaramwizeye ko azobabera umurinzi abasizehe? Genda gaciyubwenge uratumaramaje peeeeeeeeeee.

  • Ndabashishikariza kureka intambara kuko aruimbi?

  • bibiriya ivuga ngo aravumwe uwizigira umwana wumuntu. abanyagihugu bari bamwizigiy cane. Ariko mureme kuko ntakintu kitagira iherezo, nimureme uburundi buzokira. Gusa umuntu wese yoza arisengera.

  • je nibazako bukokuza barangaza abanyepolitike canke nkabo bahoze muntwaro kandi bahorana amaposte akomakomeye nkayo nukwimena amaso,kuko abonyene nibobazi imikenyuro urumva rero umusi bazogomba kumetriza igihugu ntibizobagora,kuko akarere barakazi.
    umuti nukoboja hamwe bakaganira abarundi tukaronka amahoro.

  • Barundi benewacu muba mu bubirigi,murahakanurira,mwibuke ko amaze imyaka itari mike akorana na Peter.Ntaze yitwaze amabanga y’igihugu kuko nta banga rikihari aho abantu babashingantahe basigaye bareka ingwe zikabatwara abana babona ntibakome induru.Bwana Gaciyubwenge,nturi muto kandi ntuzi bike,vuga ico ubaziko cose, ja ku rugamba nkabandi nimba mutakirikumwe.Ukabona utabishoboye, tuzokurwanya na wewe nkabandi bose.Ntiwibaze ngo washitse nimba utagiye ku rugamaba.Muramukwirikiranira hafi.Merci

  • @Nzobandora
    Mubwire n’abandi bashaka urugamba ni karibu tumomagurane ruzoce imana

  • Nibaza ko guhunga ari uburenganzira bwiwe ariko ntahirahire ngo ajane intumbero igayitse ya cndd-fdd yo kwica abarund bose bitwaje ubwoko n’abatari mumugambw wabo@@

  • Ivy uburundi vyabaye ndanse,mugihe abona umutekano wiwe udakwiye guhunga nivyo.

  • Ubuse Kwataye Bagenzibe Kurugamba?

  • Mon General Wihunga Ahubwo Udasohoje Umugambi Mwatanguye N’abagenzawe!Icyakora Mukwiye Kongera Guhugurwa Njyembona Generals Babambitse Mutarimuzikwiyerwose!Kuko Generals11 Ntibashobora Kurata Coup d’Etat Y’umu Civil

  • ndazi neza ko abarundi twese turi abanyepolitike,
    umunyepolitike w’ukuri yumviririza mu bihuha kandi ntabwo warukwiye kubihakana canke ngo wemeze, amatwi ansumira ngo hari umuKristu yeretswe ko coup d’tat ya 2 izogira Gaciyubwenge.
    so wait nd see.

  • NTIYICARE,KOYASHITSEHANZENATEREREZE,AMAKUNGU,ADUTABAREKUKO,IGIHUGUKIGEZE,AHATEMBA.

  • Umunyakibi Ahunga Atawumwirukanye

  • Umunyakibi Ahunga Atawumwirukanye

  • None Mwebwe Mushigikiye Mandat Ya3 Ya Nkurunziza Mwibazako Ubururundi Ar’igihugu Twamugabiye Naveko Nimba Yikekako Bomubaza Ivyo Yakoze Ubuhoho Azobazwa Vyinshi Kubera Vyose Arabitovyeee Nateshwe Ate.

  • None Mwebwe Mushigikiye Mandat Ya3 Ya Nkurunziza Mwibazako Ubururundi Ar’igihugu Twamugabiye Naveko Nimba Yikekako Bomubaza Ivyo Yakoze Ubuhoho Azobazwa Vyinshi Kubera Vyose Arabitovyeee Nateshwe Ate.

  • None Mwebwe Mushigikiye Mandat Ya3 Ya Nkurunziza Mwibazako Ubururundi Ar’igihugu Twamugabiye Naveko Nimba Yikekako Bomubaza Ivyo Yakoze Ubuhoho Azobazwa Vyinshi Kubera Vyose Arabitovyeee Nateshwe Ate.

  • MUREKENTIYUMVA.NABASENINTABWOBABAGIRA NDASHIMIYE.ABAPATIRIBAHEVYE.NA.RWASA NAKARENTAWOTORWA AMARARO .ARIKORASEKA.NIBATUMEKABAFASHAKUGIRAVEKUBUTEGETSE.PITAYARAHEZWEGOSENABIREKE

  • Genda urasukana kweli abandi baguy mu buroko k’ubwawe,none uragirtse,reka sha ni sobuja yagufashije.Imana izobagaragaza sindzbabesha

  • J voix les choses sont encor difficiles.Les spectateurs utiles ont retiré ces document. L’activite du coeur du pays ne se fait point convenablement. Bientôt il y aura la crise ds tout le pays.c’est chelou President prenez la decision qui est favorable àtous pas seulement tes prochains. Je voix que notre pays ira être coe Somali. Evacuez ça

  • nagend amahoro.n abandi n ukubur uko bagira baba baragiye.imana imuzigame.ntakabi kiwe.

  • Ndababajw Nukubona Ighugu Cacu Ciganziwe N,ibinyoma Mumpand Zose Arko Ndizeye Neza Ko Imana Ikora Kugihe Cayo.Nyakubahwa Uribuka Abo Wasize Mugihugu C,uburundi Nivyo Bariko Bahura Navyo Kuko Politike Y,igihugu Waruzi Uko Yubatswe.

  • non arihe kuva iyi saha nimbaharico yagira reta yu burundi nimugirire ikigongwe

  • non arihe kuva iyi saha nimbaharico yagira reta yu burundi nimugirire ikigongwe

  • none gaciyubwenge avukahe afise ikizomubeshah azohava asanga yitaye umukand munda

  • Buryakubayarahunze Arafisimpavuyamutumye ahunga natwenukotuburuburyogusakubirikobibamugihugucacutwohunzBuryakubayarahunze Arafisimpavuyamutumye ahunga natwenukotuburuburyogusakubirikobibamugihugucacutwohunze.

  • mbe mubona ar’uwosa nuwofata ubutegetsi ku nguvu?

  • Agasanga Yiyumviriye Gukura Nkurunzi Azogwe Mubuhungiro Ntazogaruke

  • None Uwo Mugabo Yari Yikece Ko IGihugu C’uburundi Ari Cuwariwe Wese?Arabanza Agikorere Nawe Kimuvunagure Nkuko Nyakubahwa Nkurunziza Camuvunye.Uwo Mugabo Icatazi Azoze Arabaza.Nareke Twimywer’ubuki Twarabukoreye!

  • Mbe Gaciyubwenge Numusazi Canke Yokwigumiye Kubwo Yahorako Yari Kubiki Ntaho Bazo Menera Nakagawe Kugira Sebarundi Bamuterubwoba Mbe Uravye Nkurunziza Akaryo Ari Kagame Nabiwe Baba Bakwiye Kumwubaha Ariko Novuga Ko Atandero Bafise

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.